Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
130: Nahabiye kure yawe
< Kwishikana >
DOWNLOAD PDF
1
Nahabiye kure yawe,
Ndahabuts' ubu;
Natevye cane mu vyaha:
Mwami nyakira.
Ref:
Nj' ah' uri nihannye,
Singisubira;
Nteg' ibiganza vyawe
Mwami nyakira.
2
Napfapfany' imyaka myinshi,
Ndahabuts' ubu;
Ndakwitwayeko nihannye:
Mwami nyakira.
3
Ivyaha birandambiye,
Ndahabuts,' ubu;
Nishimiy' ubuntu bgawe:
Mwami nyakira.
4
Numva ndwaye mu mutima,
Ndahabuts' ubu;
Mvur' unsubizemw' intege:
Mwami nyakira.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza