Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
129: Ndeger’ umusaraba
< Kwishikana >
DOWNLOAD PDF
1
Ndeger’ umusaraba
Nnaniwe nkennye mpumye,
Nta kindi kindi nshaka,
Ngomba gukizwa gusa.
Ref:
Mwami, ndakwizigiye,
Mukiza wanje mwiza,
Nunamy' imbere yawe,
Mwami Yes' unkiz' ubu
2
Namye nkwifuza Mwami,
Ndi mw irinde ry'ivyaha,
Non' urandengukije
Ngo nz’ unkurekw ivyaha.
3
Ubu ndakwihereje
N'ivyanje mfise vyose,
Mb’ uwawe rwose Mwami,
Sinkaganzwe n'iyi si.
4
Ndizigir’ ivy' uvuga,
Wamviriy’ amaraso,
Ndigaye ko natevye,
Nyakir’ ubu Mukiza.
5
Yesu non' unshitsemwo,
Kaza kaza Mukiza,
Wantunganije rwose,
Shimwa, shimwa Nyakuza.
Ref:
Mwami ndakwizigiye,
Mukiza wanje mwiza,
Nunamy' imbere yawe,
Yes' urankijij' ubu.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza