Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
139: Nd'uwawe Mwami, kuko numvise
< Kwishikana >
DOWNLOAD PDF
1
Nd'uwawe Mwami, kuko numvise
Ijwi ryawe ry' urukundo,
Ariko nifuza kukwizera
No kukwegera rwose.
Ref:
Nyegereza hafi yawe, Mukiza,
Hafi y' umusaraba,
Nyegerez' urubavu rwawe, Mwami,
Rumwe rwancumitirwa.
2
Unsabishe Mwami, nkuyoboke,
Nshobozwa n' ubuntu bgawe,
Ivyo ngomba bicik’ivy’ugomba,
Ngutumbere nkwizeye.
3
Eka ndanezerewe ko ndonse
Uko twobonana nawe,
Nd'imbere y'inyundo zawe Mwami,
Tukayaga nk' incuti.
4
Sinoruha ntahur’urukundo
Rwawe nkiri mu mubiri,
Nzorumenyana n' umunezero
Ni nashika mwi’juru.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza