1
Mana Mpwemu, n'unyemere
Kuko Yes' ari w'anganza.
Nta wundi nz' atari Yesu
Yam' anezereje cane.
2
Mpwemu w'ukur' undongore
Mu vy'ukur' imisi yose
Simve ku kwizera nyakwo,
Sintenzekanye na gato.
3
Sinomeny' Iman' undetse.
Sinomenya n'Umukiza:
Wake mu mutima wanje
Kugez' umusi wo gupfa.