Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
171: Amahor' atangwa na Yesu wacu
< Ubugingo bushasha >
DOWNLOAD PDF
1
Amahor' atangwa na Yesu wacu
Ntagir' akagero, nta h' azoshira,
Yam' ahumuriza abayafise,
N' utayata, nta ho woyakurwako.
Ref:
Wizigir' Imana, uyizigira
Ntabur' amahoro mez' adashira.
2
Abo Yes' azigamish' amaboko
Nta mwans' ashobora kubashikako:
Kandi nta maganya yohagarika
Imitima' izigamwa n' Umukiza.
3
Ibitunezera n' ivyago vyose
Biva mu rukundo rw'
Umwam'Imana,
Ntugakekeranye,uyizigire
Ntiyohemukira uyizer' artyo.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza