Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
183: Ngend' ahabona
< Ubugingo bushasha >
DOWNLOAD PDF
1
Ngend' ahabona
Mu nzira yose,
Ndeng' imirambi
No mu myonga.
Yesu yavuze,
Ngo Sinzoguta;
N'isezerano ridahera.
Ref:
Umuco wera, umuco wera,
Unsutsemwo n'umunezero,
Haleluya, Ndashimye nanje,
Tumuhimbaze Yesu wanje.
2
Satani ni we
Ater' umwiza,
Yamar' umuco
Ni we Yesu.
Yaka nk' izuba
Mu nzira yacu,
Ni tweger' uwo Mutabazi.
3
Na ntaryo twame
Tumuririmba
Ni tumushime
Yes' Umwami
Ni we Mukiza
Ni we Mukunzi,
Ni tumukund' imyaka yose.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza