Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
166: Ngwino Soko y'umugisha
< Ubugingo bushasha >
DOWNLOAD PDF
1
Ngwino Soko y'umugisha
Mp' umutim' ugushima,
Migez' idakama myiza,
Tugutazire cane.
Nyigisha kwama ngusenga
Ngo mmeny' ubgiza bgawe,
Nizigir' ubgami bgawe,
Unyuzuz' urukundo.
2
Ibikuru wankoreye
Uhor' ubinyibutsa,
Nizigiye k'uzonjana,
Ukanshitsa mw ijuru. ;
Wandondeye nazimiye,
Nari kure y'Imana;
Kandi ng' uncungur' urupfu,
Wemeye kumbambirwa.
3
Ndi mu mwenda wawe Mwami,
W'imbabaz' ungiriye;
Unyigize hafi yawe.
Mmeny' urukundo rwawe.
Ndafis' ibinyosha nabi,
Bigomba kukunyaka;
Akir' umutima wanje,
Unzigam' unkize pe.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza