Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
167: Yesu ni we nihishamwo
< Ubugingo bushasha >
DOWNLOAD PDF
1
Yesu ni we nihishamwo,
Amberey' ubuhungiro;
Nta conkurakw amahoro,
Amberey' ubuhungiro.
Ref:
N'ibuye ry'igitare rikomeye,
Rikomeye, rikomeye,
N'ibuye ry'igitare rikomeye,
Amberey' ubuhungiro.
2
Ku murango n' igitutu,
Amberey' ubuhungiro;
Anzigama no mw ijoro,
Amberey' ubuhungiro.
3
Nta bibi vyonter' ubgoba,
Amberey’ ubuhungiro;
Nta mwansi n' umwe yonkanga,
Amberey' ubuhungiro.
4
Nta ho nzov' aho Yes' ari,
Amberey' ubuhungiro;
Na we ntazompemukira,
Amberey' ubuhungiro.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza