258: Krist' ubu ni muzima

< Ukuzuka >
DOWNLOAD PDF

1
Krist' ubu ni muzima
Yabay' intsinzi y'urupfu.
lyo nganji n'iyacu
Kw ari twegbe yapfiriye.
N'inganj' itazokurwaho,
Kuko Krist' ari muzima.

2
Yavuye mu kuzimu,
Natw' azohaturokora,
Ijuru tuzosanga
Yes' aritwugururiye.
N'inganj' itazokurwaho,
Kuko Krist' ari muzima.