Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
255: Yesu Kristo yarazutse,
< Ukuzuka >
DOWNLOAD PDF
1
Yesu Kristo yarazutse,
Tumushime, tuti Haleluya!
Uyu musi tunezerwe,
Tumushime, tuti Haleluya!
Kera ku musaraba
Ni ho Yesu yatubabarijwe
Ngw ab' impongano y' ivyaha vyacu
Haleluya, muze tumuhimbaze.
2
Yes'Umwami wo mw ijuru,
Tumushime, tuti Haleluya!
Tumushimish' indirimbo,
Kukw ar' Umukiza w'abo mw isi,
Yarabambg' arahambga
Kugira ngw adukurekw ivyaha,
None yaranesheje rwa rupfu,
Haleluya, muze tumuhimbaze
3
Ivyo Yesu yababajwe
Tubimushimire, Haleluya!
Ni vyo vyonyene vyatumye
Tugir' ubugingo budashira;
None yimye mw ijuru,
Ni h'ashimwa n'abamarayika,
Natwe dushimane na bo, tuti
Haleluya, muze tumuhimbaze
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza