Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
318: Nabatijwe mw'izina
< Umubatiza >
DOWNLOAD PDF
1
Nabatijwe mw'izina
Ryawe Data Mana yera
Ntangur'ubu kwizera
Mu vyago vyose bizoza,
Ni wangez’umpe kurama,
Biguter’icubahiro
2
Nabatijwe mw izina
Ryawe Mwana, Mana Yera
Ivyaha vyanje vyose
Warabinkuyeko rwose,
Umfashe, simbe nkigira
Ikikubabaza cose.
3
Nabatijwe mw izina
Ryawe Mpwemu, Mana Yera,
Non' umpay' icicaro
Mw Ishengero ry' Uhoraho:
Tubone mu munezero,
Untabare mu marushwa.
4
Uko mur'Ubutatu
Budatana mundagano
Mushimw'imisi yose
Muhimirw'umubatizo
Napfuye kandi nazutse
Ni name mpfa kandi nzuke
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza