1
Hafi y'umusara,ba
Har' isoko nziza,
Bose banywako gusa,
Ivamw' agakiza.
Ref:
Ngumeho, ngumeho
ku, giti Ca Yesu,
Amoroso yiwe n'isoko
y'ubugingo.
2
Hafi y' umusaraba
M parons' imbabazi,
Umuco wera watse
Mu mutima wanje.
3
Hafi y' umusaraba
Mpwem' Imana Yera.
Unyerek' Umukiza
Ngo mmukuiikire
4
Mwami Yes' unyemcze
Uwo musaraba
Kugira ngo ngendere
Mu gitutu cawo.
5
Ni w'utuma nemera
Kwank' ivy' isi rwosc,
Kukw ari w'unkundisha
Yesu yampfiriye.
6
Hafi y'umusaraba
Ni ho nzohora mba,
Ndorereye ça gihe
Nzojabuk' uruzi.