Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
244: Harih' umusozi wa kure,
< Umusaraba >
DOWNLOAD PDF
1
Harih' umusozi wa kure,
Bawita Gologota,
Ah' Umucunguzi yabambge,
Atubabarizwa.
2
Nta ho twoshobora kumenya
Imibabaro yiwe!
Twemeye rwose
kw ari twebge Yapfiriye rubi.
3
Bitum' ibicumuro vyose
Twacumuye ku Mana
Bikunvaho n'urupfu rwiwe,
Tukazoban' i we.
4
Nta wundi yoshobora kuba
Impongano y'ivyaha,
Ubgiwe yatwugururiye
Irembo ry' ijuru.
5
Kuko Yesu yadukunz' artyo,
Natwe ni tumukunde,
Twizigir' amaraso yiwe,
Tumwumvire rwose.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza