Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
247: Mukiza ku musaraba
< Umusaraba >
DOWNLOAD PDF
1
Mukiza ku musaraba.
Wankijij' ivyaha vyanje:
Ni h'ihumure ryatanguriye;
Ngumishaho mu mbabazi.
2
Mukiza ku musaraba
Wankijij' ivyaha vyanje:
Ni h'amahoro yatanguriye;
Ndaj' uyampan' urukundo.
3
Mukiza ku musaraba
Wankijij' ivyaha vyanje:
Ni h'ubugingo bgatanguriye;
Ni napf uzomp' ubugingo.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza