249: Nitegerej' umusaraba

< Umusaraba >
DOWNLOAD PDF

1
Nitegerej' umusaraba,
Umwe Yesu yadupfirako,
A ho ni ho natakambiye
Ngw az' antabare.

2
Yes' Umwam' ahimbazvee,
Yes' Umwam' ahimbazwe,
Ni h'amaraao yankoreye
Ku mutima, wanje.

3
Iman' ishimwe kukw inkiza
Inkomezi z'ivyaha zose,
Vyatumye Yes' angereramwo:
Nzama mmushima.

4
Ya soko nziz' ikur' ivyaha,
Mpimbawe n'uko nayozemwo,
Ni yo Yes' ahor' ankirisha,
Akantunganya.

5
Ngwino kw isoko nini nziza,
Ca bugufi wa murushwa we;
Shika ku nyundo z'Umukiza
Ngw agutunganye.