Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
161: Mp' amakuru y’ ivya Yesu
< Urukundo >
DOWNLOAD PDF
1
Mp' amakuru y’ ivya Yesu,
Ubindumishe vyose,
Ririmb' indirimbo nziza
Irut' izindi zose,
Imw' abungere bumvise
Ya ba bamarayika,
Ng' Uhoratto ni yubahwe.
No mw isi ni hab' amahoro.
Ref:
Mp' amakuru y'ivya Yesu,
Ubindumishe vyose,
Ririmb' indirimbo nziza
Irut' izindi zose.
2
Mbgir' uko Yesu yahwanye
N’ Umurwanizi mubi,
Uko yamutsindishije
Ijambo ry' ubugingo.
Unyibuts' imibabaro
Yababajwe kubganje,
Kwar' ukugira ngw’ aduhe
Agakiza katazoshira.
3
Mbgir' ivy' urupfu rwa Yesu
Yampfiriye ku giti,
Ririmb' ukuzuka kwiwe,
Ni kwo nganji ya twese.
Kukw icatumye ncungurwa
Ar' urukundo rwiwe,
Yampfiriy' akanzukira:
Muhimbaze, birarangiye.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza