Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
150: Nnezerewe ko Data wa twese
< Urukundo >
DOWNLOAD PDF
1
Nnezerewe ko Data wa twese
Yammenyeshej' urukundo rwiwe;
Mu vyiz' Imana yavuze vyose
Nta kirut' iki ko Yes' ankunda.
Ref:
Nnezerewe ko Yes' ankunda,
Arankunda arankunda,
Nnezerewe ko Yes' ankunda,
Naho ntabikwiye.
2
lyo nzimiye nkamubabaza,
Ntareka kunkunda, ntabikwiye,
Kand' ikinsubiz' aho Yes' ari
N’uko nibuk' urukundo rwiwe.
3
Ni nashik' i we mu bgiza bgiwe,
Nzama ndirimb' ik' imisi yose?
Nzama mmubazish' indirimbo nti
Yesu n' iki cakunkundishije?
4
Kand' urukundo ni rwo rwazanye
Yesu kuncunguz' urupfu rubi,
Kukw arankunda, ndabizi neza,
Nanje ndamukunda ndamushima
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza