Toggle navigation
Rwanda Songs
ABAHANZI
More>>
CHORALI
More>>
Turi Bande
Twandikire
Uri kureba indirimbo zo mu Burundi
149: Non' urukundo rwa Yesu Kristo
< Urukundo >
DOWNLOAD PDF
1
Non' urukundo rwa Yesu Kristo
Ntirwodusiga, rwotugumisha;
vv' isi vyohera, tuzoshamvura,
Nyamar' urukundo ntirushira.
Ref:
Rwa rukundo rw' Umukiza
Ruzicara mu mutima wanje;
Non' urukundo rwa Yes' Umwami
Ruzoramb' imyaka n' imyaka me.
2
Ubgami bgose. kand' ubukuru,
Ntaco bimaze, bizoher' ubu;
Ubutunzi bgose buzomar' iki?
Ico kidufasha n' urukundo.
3
Kand' urukundo rw' Umutabazi
Ruzodukiza rya shavu ryacu;
Ruzokwikorer' ibituremera,
Ruzoduh' umunezero wose.
Indirimbo zo gushimisha imana : Indirimbo z'agakiza