146: Rukundo rurut' urundi

< Urukundo >
DOWNLOAD PDF

1
Rukundo rurut' urundi
Ngwin' utwuzure none,
C’usohor' urwanko rwacu.
Ngwin' utugereremwo

2
Yesu we, Munyakigongwe,
Zan' agakiza kawe,
Shika mu mitima yacu
Utwuzuz' urukundo.

3
Tuma Mpwemu wawe Yera
Atubarir' ivyawe,
Tubone kuragw’ivyiza
Wadusezeranije.

4
Udukuremw' agatima
Kama gakund' ivyaha,
Ntidutwarwe na k'ukundi:
B'ari wew' utuganza

5
N' uze se Soko y' ubuntu,
Kuko tugukumbuye,
Ducik ivyaremwe bisha
Bitagir' agasembga.

6
Tuzogutazira Mwami,
Ni twashika mw ijuru,
Dushiz’ibitsib' imbere
Y’ intebe yawe yera.